BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Wissa ahaye RD Congo inota rya mbere muri kahise kayo mu gikombe c'isi
Iki ni co gitsindo ca mbere ca RD Congo kiyihaye inota ryayo rya mbere muri kahise kayo mu nkino za nyuma z'ihiganwa ry'igikombe c'isi yose.
Trump avuga ko amasezerano na Iran ataraba ntabanduka, kandi aburira ko ashobora gusubira 'gutera ibisasu'
Mw'ijambo yavuze ari mu nama ya G7 mu Bufaransa, yashimangiye ko Amerika ishobora “gusubira gutera ibisasu” mu gihe atanyuzwe n’amasezerano ya nyuma azoba yashitsweko.
Burundi: Inama nshingamateka na nkenguzamateka zisaba reta gushiraho urwego ruzokurikirana abakekwa 'jenoside' yo mu 1972
Icegeranyo gishasha c'umurwi CVR kimenyesha ko Abahutu barenga 300.000 bishwe mu 1972, ukemeza ko ari “Jenoside”, ivyo udahurizako n'ishirahamwe AC-Génocide Cirimoso.
Umwana urwaye Ebola yashimuswe akurwa mu ivuriro hafi y'i Butembo
Abategetsi bo mu buvuzi baburiye ko abo bantu bombi bashobora gukwirakwiza iyo virusi nibakomeza kuba hanze y'ivuriro.
Guhera ubu igitero cose ca Israel kuri Liban ni ihonyangwa ry’amasezerano ya Iran na Amerika – Umushikiranganji wa Iran
Abatavuga rumwe n'ubutegetsi baranegura iryo tegeko babona nk’intambwe yerekeza ku guhindura ibwirizwa nshingiro, ibishobora gutuma Perezida Tshisekedi aguma ku butegetsi.
Ni iki Trump yakoze gitandukanye na Obama ku bijyanye na Iran?
Perezida wa Amerika, Donald Trump, arashima amasezerano mashya hagati ya Amerika na Irani nk'intsinzi ikomeye ya dipolomasi n'umutekano ugereranije n'ibyagezweho mu gihe cya leta ya Barack Obama.
Tunisia yirukanye umutoza Lamouchi nyuma y'umukino umwe mu gikombe cy'isi
Tunisia yirukanye umutoza Sabri Lamouchi nyuma y'umukino umwe wo mu gikombe cy'isi, akaba yasimbuwe na Hervé Renard wahoze atoza Maroc na Arabie Saoudite.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Rwanda: Umukinnyi wa 'porn' yavuze ko 'yagurishijwe' i Burayi
Noeline avuga ko ari uwa mbere usohotse akavuga icyo kibazo ariko ko n'abandi babikorewe bashobora kuzatinyuka bakavuga.
"Iyo nza kumenya ko uwo nzashaka azankuramo ijisho, sinari gushaka"
Rosana avuga ko umugabo we yakundaga kumubwira amagambo akaze igihe cyose batonganaga ariko ntiyabonaga ko yazamuviramo ikibazo gihindura ubuzima bwe.
Ubwongereza: Abana bari munsi y'imyaka 16 baciwe ku mbuga nkoranyambaga, ibi ubundi bishyirwa mu ngiro gute?
Keir Starmer yavuze ko imbuga nkoranyambaga zirimo gutera agahinda mu bana, gutuma bibasirwa, kandi "zikoze ku buryo zibahindura imbata".
Indwara enye(4) nshya zandurira mu mibonano mpuzabitsina zihangayikishije impuguke
Hari indwara nshya zivuka buri munsi, kandi zimwe muri zo zandurira mu mibonano mpuzabitsina. Izi ndwara zihangayikishije abaganga kuko zimwe zigoye kuzivura.
Bowen: Trump na Netanyahu bashaka guhindura ishusho y'Ubuseruko bwo Hagati – ubu bashobora kwisanga mu ndyane zidahera
Trump na Netanyahu baratakaje ububasha bwo kugenzura inkurikizi z'intambara yabo kuri Irani inyuma yo kwihenda kuri iki gihugu cerekana ko kitajugumira.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































